Woba uzi ingorane abashitse muri Australia bwa mbere bagira?

Umugabo ariko arereka abantu inzu bazobamo.

Umugabo ariko arereka abantu inzu bazobamo. Source: Getty Images/FG Trade

Iyo abantu bagiye gutangura ubuzima mu gihugu gishasha, har'igihe bagenda bisunga canke bagendera kuvyo babwiwe. Umwe mubafasha abantu gutangura ubuzima bushasha yavuze yuko iyo ngendo ivuna kandi ar'imbi cane kuko benshi usanga bazinutswe igihugu cabakiriye.



Share