"Inyuma y'ubwoba budasanzwe, imitima iriko irasubirana gushasha."

People relaxing in Regents Park by the lake on September 13, 2020.

People relaxing in Regents Park by the lake on September 13, 2020. Source: Getty Images/Jo Hale

Benshi kw'isi baratekewe n'ubwoba, igihe hamenyekanye ingaruka za COVID-19, ariko uko imisi igenda niko benshi bagenda barema, bizera yuko ubuzima bugiye kubandanya nkuko bwamye imbere y'ico kiza.



Share