Urupfu rwa Dr. John Pombe Magufuli ruvuze iki mu ba Tanzania

Uwahoze arongoye igihugu ca Tanzania Dr.John Pombe Magufuli ariko arashikiriza ijambo mu ruzinduko rw'akazi Paul Kagame yari yakoze muri Tanzania, 14 Nzero 2018

Uwahoze arongoye igihugu ca Tanzania Dr.John Pombe Magufuli ariko arashikiriza ijambo mu ruzinduko rw'akazi Paul Kagame yari yakoze muri Tanzania, 14 Nzero 2018 Source: Creative commons

Urupfu rw'uwahoze arongoye Tanzania Dr. John Pombe magufuli rwatunguye benshi, rusiga amarira mubakunzi. Magufuli yumvikanye kenshi adaha agaciro ikiza COVID-19, yishwe n'indwara yari amaranye igihe, nkuko vyashikirijwe n'icegera c'umukuru w'igihugu.



Share