Mbega n'igiki kiba mu gihe viza yawe itaye igihe kandi ukaguma muri Australia?

Ukuboko gufashe igitabo c'inzira harimwo ibidodo vy'inzira.

Ukuboko gufashe igitabo c'inzira harimwo ibidodo vy'inzira. Source: Getty Images

Mu gihe umuntu agumye muri Australia no mu gihe visa yiwe yataye igihe, aba ahabaye biciye inyuma y'amategeko kandi arashobora gusubizwa inyuma agakurwa muri Australia, ivyo bishobora kuba imbarutso yo ku kwima viza mu kiringo c'imyaka itatu.



Share