"Icambabaje kurusha ibindi vyose n'ukwitwa impunzi"

Slyvia Niyonsaba aba muri Queensland, Australia yabaye impunzi kuva mu 1972.

Slyvia Niyonsaba aba muri Queensland, Australia yabaye impunzi kuva mu 1972. Source: Niyonsaba Slyvia

Kuba impunzi vyatanguye kera kandi abantu bitwa impunzi mu buryo butandukanye. Indwi yahariwe impunzi itangura 6 Ruheshi buri mwaka. Uyu mwaka icivugo ni 'ubumwe'. Ubwo bumwe bushoboka gute ? Slyvia Niyonsaba yabaye impuzi kuva mu 1972 aratwiganira.



Share