Ivyihishije inyuma ya Gura Ubu Urihe nyuma "Buy Now Pay Later"

Umwigeme yambaye agafukamunwa ariko arariha akoresheje terefone ngendanwa.

Umwigeme yambaye agafukamunwa ariko arariha akoresheje terefone ngendanwa. Source: Getty Images

"Buy Now Pay Later" iriko irahurumbirwa cane n'abantu muri Australia aho abashika imiriyaridi zirenga 5.6 z'abantu bayikoresha nkuko vyibonekeza mu vyegeranyo vya 2018-19. Ariko hamwe n'ivyo hariho ivyinyegeje kubantu bakoresha izo serivisi nyinshi bituma bagoka muvy'amafaranga.



Share